garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije igiti burya ni ngirakamaro, kidufitiye akamaro kanini naho dutako tukabirenga, kiradufasha ibintu vyinshi tekereza witegereze hano, imana ikunda abarundi igihugu cacu yo kiratatse n'ivyiza vy'ibiti vyacu mu kwubaka (yoyoyo), igiti kiduteza agateka inzugi ziri kumazu, ni ivyiza vy'uburundi amadirisha ameza meza meza, ni ivyiza vy'uburundi garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije murundi murundi kazi, nitwiteho gutera ibiti twikingire rino zuba, turonderere isi imvura mu gukingira ino si yacu, igiti burya kiradufasha nureke gusamara wewe utabona akamaro kaco ni ngira akamaro (yoyoyo) nivyo usangana ivyamwa igiti ni ngirakamaro, kidufasha muri vyinshi mugukingira isi ukugadagurika, kidufasha muri vyinshi garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije uteme igiti wiyubara, tukironderere agateka teme igiti uteye ibindi bibiri dutake igihugu cacu dusonere ubuzima bwaco, tukironderere agateka muntu uriko utema igiti ntiwibagare akaranga k'abo hambere (yoyoyo) ko gutyorora uburundi murundi murundikazi, igiti burya ni ngirakamaro rwaruka burundi bw'ejo, igiti burya ni ngira kamaro garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije